34.1 C
Africa
Dinsdag, Desember 16, 2025
HomeAmakuruAndre Onana ngwarashobora gutahukana umupira w'inzahabu w'Africa (Ballor d'Or Africain) wa 2023

Andre Onana ngwarashobora gutahukana umupira w’inzahabu w’Africa (Ballor d’Or Africain) wa 2023

Date:

Related stories

spot_imgspot_img

vyo yabivuze inyuma yaho umugwi wiwe wa INTER DE MILAN waruhejeje gusezerera umugwi wa Ac Milan muri kimwe ca kabiri ca champions league mukubatsinda igitego kimwe kubusa.

Get a Professional Website at Promo Price

Chat on WhatsApp

Yavuze ati “Inter Milan iriteguye kwatsa umuriro muri finale ya Champions League yuyumwaka muri instanbul2023.NKuko nama ndabivuga ,turi umugwi ukomeye wamana inyota yogutsinda buri rukino ,kubwivyo ndanezerewe cane nivyo umugwi wanje uhejeje gukora murukino rutari rusanzwe nagato.

Twakinye neza,ndetse vyari bitubereye ko kodutahukana intsinzi uyumusi.Rero mu mupira wa maguru ,ndetse no mubuzima busanzwe habaho ibihe bigoye ,ariko uyumusi twabikoze neza kandi tuzama tubikora kuko uyumwaka nuwacu.

Ndahimbawe rero kuko yari intsinzi is yose yaririndiranye igishika kugira Inter Milan ive mubihe bibi yarimazemwo ibihe.Rero sinkekeranya ko no muri finale tuzokina vyiza cane kandi binampe amahirwe yo gutahuna ubushimwe butandukanye ,erega n’umupira w’inzahabu wa Africa nanje wombera”.

 

Twobibutsako Andre Onana yavukiye mu karere ka Nkol Ngok muri Cameroun mu mwaka wa 1996 ,ubu akaba afise imyaka 27 yamavuka akaba ari umunyegori wa Inter Milan kuva 2022.

Latest stories

spot_img

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here