39.8 C
Africa
Woensdag, Februarie 4, 2026
HomeAmakuruAbacuraranzi barenga ijana nibo Umugwi"LES JUMEAUX MUSIC umaze kuramura kuva mumwaka wa...

Abacuraranzi barenga ijana nibo Umugwi”LES JUMEAUX MUSIC umaze kuramura kuva mumwaka wa 2013.

Date:

Related stories

Perezida Kagame asaba abashakanye kwihangana, agaragaza ingaruka z’isenyuka ry’imiryango ku gihugu

  Perezida Paul Kagame, yagaragaje ko atumva uburyo abantu babiri...

Uganda: Allan Kasujja yagizwe umwe mu bayobozi bakuru ba Leta

  Perezida wa Uganda, Yoweri Kaguta Museveni, yagize umunyamakuru w’inararibonye...
spot_imgspot_img

“Mr Polite na N-Blez”bamenyekanye cane kundirimbo zitandukanye nka “KANZIZA “”MAMA “,ndetse no kundirimbo “ABAPAPA “iriko ivuzwa cane n’amasamirizi atandukanye yaha i Burundi ngobarishimira cane intambwe bagezeko ugereranije nuko vyari biri muntango.

Amakuru adushikira nuko hambavu yugutanguza umugwi bise “Les JUMEAUX MUSIC “uvuza umuziki wikibiriraho muri commune ya NTAHANGWA mu Gisagara ca Bujumbura, bamenyeshako basanzwe bigisha urwaruka rutandukanye kuvuza ibicurarangisho (Drums),Ibitare (guitars), nukuvyensitara kubuhinga bwa none. Ngwivyo vyose babikora kugira baterere mwiterambere ry’urwaruka kugira narwo rushobore kwiha akazi ubwarwo kandi rushobore kwiteza imbere.

Amakuru adushikira nuko kuva mumwaka wa 2013 , bamaze gusohora urwaruka rugera kwi 100.Urwo rwaruka rukaba ruvugiriza iyindi migwi (bands)itandukanye yahi i Bujumbura. Twobibutsako “Mr Polite” avuka muntara ya Muyinga, “N-Blez “nawe akaba avuka muntara ya Kirundo bakaba bahuriye kuri kaminuza y’Uburundi (Campus Kiriri)mu mwaka wa 2010.
Ubu rero Barishimira intambwe bagezeko kuko les jumeaux music yahavuye ihinduka ishirahamwe rizwi n’amategeko maze rica rishiraho “Les jumeaux music Bar “mu kamenge:Gituro 2 arinaho basanzwe bavugiriza umuziki w’ikibiriraho.

Les JUMEAUX music “Mr Polite na N-Blez “[/caption

Latest stories

spot_img

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here