25.1 C
Africa
Dinsdag, Desember 16, 2025
HomeAmakuruAbategura ihiganwa Miss Burundi 2023 baraye bashize ahabona abakobwa 11 bagiye kubandanya...

Abategura ihiganwa Miss Burundi 2023 baraye bashize ahabona abakobwa 11 bagiye kubandanya mu gice nyuma

Date:

Related stories

“Abatutsi Baremewe Kwicwa?”: Ubutumwa bukomeye bwa Obadioas Kavune ku mahanga n’imiryango mpuzamahanga.

Mu gitondo cyo ku wa kabiri tariki ya 16 Ukuboza 2025, ijwi rikomeye ryongeye kugaruka ku bibazo by’umutekano n’uburenganzira bwa muntu mu burasirazuba bwa Repubulika ya Demokarasi ya Congo.  Obadioas Kavune, umunyabwenge n’Umunyamulenge uzwiho kugaragaza ibitekerezo byimbitse ku mateka n’akarengane karanze ubuzima bw’Abatutsi bo muri Congo, yatanze ubutumwa bukomeye abinyujije kuri MCN, abugenera amahanga n’imiryango mpuzamahanga.  Mu magambo arimo intimba n’uburakari, Kavune yabajije ikibazo gikomeye gikomeje kwibazwa na benshi: “Ese Abatutsi bo muri Congo baremewe gupfa?” Iki kibazo ntiyagitanze nk’ikirimo amarangamutima gusa, ahubwo yagishingiye ku mateka maremare y’ubwicanyi, itotezwa n’ihohoterwa byagiye bikorwa ku Batutsi mu bihe bitandukanye, amahanga akenshi akabirebera cyangwa akabyirengagiza.  Kavune yagaragaje ko mu gihe isi ikomeza kwigira umuvugizi w’uburenganzira bwa muntu, hari abaturage bamwe bagaragaye nk’abadakorwaho, naho abandi bakemererwa gupfa ntawe ubavugiye. Yavuze ko guceceka kw’amahanga ku bikorerwa Abatutsi bo muri Congo atari impanuka, ahubwo ari ihitamo rishingiye ku nyungu za politiki n’ubukungu.  Agaruka ku mateka ya kera, Kavune yibukije ko mu 1964, mu mvururu zari ziyobowe na Pierre...

RDC igiye gushyiraho sisiteme nshya, ihuriweho kandi y’ikoranabuhanga mu gusuzuma indwara

  Mu rugendo rwo kunoza serivisi z’ubuvuzi no kongera ireme...

AFC/M23 Itangaje ko Igiye Kuva i Uvira Mu Rwego rwo Gushyigikira Ibiganiro by’Amahoro bya Doha

Umutwe wa AFC/M23 urwanya ubutegetsi bwa Repubulika Iharanira Demokarasi...

Amerika ibyivanzemo, AFC/M23 yemeye gukura ingabo zayo muri Uvira,gusa yahise itangaza ubutumwa bukarishye

  Ihuriro rya Alliance Fleuve Congo (AFC/M23) ryatangaje ko ryafashe...
spot_imgspot_img

Sultan Suleman Uwamahoro ahagarariye integuro z’ihiganwa ry’umukobwa mwiza kandi aciye ubwenge Miss Burundi muri uyu mwaka wa 2023, yaraye ashize ahabona amazina 11 y’abakobwa batorewe kuja mu gice ca nyuma c’ihiganwa Miss Burundi.

Get a Professional Website at Promo Price

Start My Website

Muri abo batowe 4 bakaba bava mu ntara ya Bujumbura Mairie, 2 mu ntara ya Kirundo, hamwe n’abandi bava mu ntara za Cibitoke, Bubanza, Gitega, Muramvya na Bururi.

Amazina yabo akaba ari : Ngabirano Belle Ange Edissa, Keza Blandine, Ishimwe Netty Louange, Kezimana Mélissa, Barungura Lyne Chella, Irakoze Erica Aimé Carolle, Uwera Ricky Tricia, Kenguruka Clara, Igiraneza Ange Charlène, Mugisha Elsie Amandine na Ndayizeye Lellie Carelle.

Muri uyu mwaka, ibihembo bikaba vyariyongereye ugereranije mu myaka iheze.

Sultan Suleman Uwamahoro amenyesha ko uwa mbere azotahukana ihiganwa Miss Burundi azoronka imodoka yo mu bwoko bwa Ractis (Nouveau modele), ama litiro 450 y’igitoro ku mwaka, umushahara w’amafaranga 500.000 ku mwaka, ubwishingizi bw’imodoka (assurance automobile), amahera yo gukoresha imodoka, kumurihira amahera y’ishure mu kiringo c’umwaka wose.

Uwa kabiri (1ère dauphine) nawe akaba azoronswa agashimwe k’imiriyoni 2,5 BIF hamwe no kumurihira amahera y’ishure umwaka wose hama uwa gatatu (2ème dauphine) nawe akazoronka imiriyoni 2 yongere arihirwe amahera y’ishure. Ku kijanaye na Miss Popularity, nawe nyene agashimwe kiwe kazoba kangana n’umuriyoni n’inusu (1,500,000BIF) nawe nyene yongere arihirwe amashuke mu kiringo c’umwaka wose.

Abategura ihiganwa Miss Burundi 2023 baraye bashize ahabona abakobwa 11 bagiye kubandanya mu gice nyuma

Latest stories

spot_img

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here