vyo yabivuze inyuma yaho umugwi wiwe wa INTER DE MILAN waruhejeje gusezerera umugwi wa Ac Milan muri kimwe ca kabiri ca champions league mukubatsinda...
Nk’uko biri mu makete agena abakozi batandukanye bo mu bushikiranji bw’intwaro yo hagati, iterambere rusangi n’umutekano, biboneka ko intwazangabo mu gipolisi zahoze zivuga rikijana...
Muri iyi minsi hakomeje kwaduka ingeso mbi z’ubusambanyi ndetse n’amwe mu mashusho ateye isoni, ibyo benshi mu banyamadini banga ndetse bakanabivumira kure.
Binyuze ku rubuga...
Umubikira yabyaye umuhungu mu mujyi wa Rieti uri mu Butaliyani hagati. Yavuze ko atigeze amenya ko yari atwite. Uyu mugore w’imyaka 31 yihutishirijwe ku...
Ikibuye cya Asteroid kimaze guhusha Isi aho cyaciye hejuru y’ikirere cy’u Rwanda i Nyarubuye mu karere ka Kirehe.Cyanaciye hejuru ya Nyarubuye yo mu Burundi,...