25.1 C
Africa
Dinsdag, Desember 16, 2025
HomeAmakuru Drama-T , Double -Jay Once Again boba bagiye kubukura mucibo muruyumwaka wa...

 Drama-T , Double -Jay Once Again boba bagiye kubukura mucibo muruyumwaka wa 2023.

Date:

Related stories

AFC/M23 Itangaje ko Igiye Kuva i Uvira Mu Rwego rwo Gushyigikira Ibiganiro by’Amahoro bya Doha

Umutwe wa AFC/M23 urwanya ubutegetsi bwa Repubulika Iharanira Demokarasi...

Amerika ibyivanzemo, AFC/M23 yemeye gukura ingabo zayo muri Uvira,gusa yahise itangaza ubutumwa bukarishye

  Ihuriro rya Alliance Fleuve Congo (AFC/M23) ryatangaje ko ryafashe...

“Urugamba Rurakomeje”: Corneille Nangaa Atanze Ubutumwa ku Isabukuru y’Imyaka Ibiri ya AFC/M23

Mu mashusho yashyizwe ahagaragara kuri Twitter (X), Corneille Nangaa,...

AFC/M23 yahaye u Burundi isezerano rikomeye nyuma y’igihe gito bweruye bukavuga ko bushobora kwinjira mu ntambara n’u Rwanda

Mu gihe umwuka w’intambara n’umutekano muke bikomeje gufata indi ntera mu karere k’Ibiyaga Bigari, ihuriro rya AFC/M23 ryatanze isezerano rikomeye ku Burundi, rivuga ko ritazigera ryemera ko imitwe irwanya ubutegetsi bwabwo yifashisha uduce rigenzura mu burasirazuba bwa Repubulika Iharanira Demokarasi ya Congo nk’ibirindiro byo guhungabanya umutekano w’icyo gihugu.  Iri sezerano ryatanzwe mu itangazo ryashyizwe ahagaragara n’umuvugizi wa AFC/M23 mu bya politiki, Lawrence Kanyuka, mu bihe byihariye aho u Burundi bwari bumaze gutangaza ku mugaragaro ko bushobora kwinjira mu ntambara yeruye n’u Rwanda.  AFC/M23 yavuze ko yubaha ihame ryo kubana neza n’ibihugu bituranye, kandi ko idashaka ko intambara zo mu karere zarushaho kwaguka. Yashimangiye ko uduce igenzura tutazigera duhinduka indiri y’imitwe yitwaje intwaro igamije guhungabanya umutekano w’u Burundi cyangwa w’ikindi gihugu icyo ari cyo cyose.  Aya magambo ya AFC/M23 yakurikiye igikorwa cyabaye ku wa Mbere tariki ya 15 Ukuboza, iri ihuriro rya AFC/M23 ryafashije impunzi z’Abarundi zari zarahungiye mu burasirazuba bwa Congo gusubira mu gihugu cyazo ku bushake....
spot_imgspot_img

Amakuru dufise yemezako abaririmvyi Drama-T na Double -Jay baraye bahamagawe muco bise Caravane :Bujumbura-Bururi-Rutana-Gitega-Muramvya-Bugarama ciswe”Map Tours and Travels”kizoba guhera kwigenekerezo rya 8 gushika igenekerezo rya 9 Ruheshi 2023.

Get a Professional Website at Promo Price

Chat on WhatsApp

Mwomenyako kuruhande rwa bigeme Umuririmvyikazi azwi kwizina rya Vania Ice ariwe azoherekeza ivyobihangange bibiri muriyo caravane.

Vania Ice yagize ati “niteka ridasanzwe kuri jewe kuko sinaheruka kwinziza akanoti biciye mu birori nkibi, ariko ubu ndabonako imiryango yongeye kwunyugurukira ,rero nemereye abakunzi bumuziki ndundi kuzobanezereza,kandi ndizera ko iyi arintango akarimbere karahinda”

Double-Jay Once -Again wewe ntiyigumije yavuze ati “ndonse amahirwe biciye muriyi evenema yugushika muntara zitandukanye zigihugu cacu ,aha rero nakaryo keza kubakunzi banje batari bwambone mwizo ntara kumbona hama ninzize akanoti nshobore nukwiteza imbere.

Ariko Drama-T wewe yagize ati “uyumwaka nuwanje murabizi ko ntegerezwa gushikana umuziki ndundi kurundi rwego, rero kuba bampisemwo numugisha kuribo no kuri jewe.
Twobibutsako iyo caravane yateguwe na “Cristal Event” ifadikanije na Fidèle NIKOYAGIZE ahagarariye Map Travels Tours muntumbero yukurata ivyiza bitatse igihugu c’Uburundi n’uguteza imbere abaririmvyi babarundi bafatiye kumpano zabo.

Drama-T , Double -Jay Once Again boba bagiye kubukura mucibo muruyumwaka wa 2023.

Latest stories

spot_img

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here