39.8 C
Africa
Woensdag, Februarie 4, 2026
HomeAmakuruIndirimbo "ABA PAPA" y'umugwi "Les JUMEAUX MUSIC "yabugururiye imiryango yukwinziza akanoti biciye...

Indirimbo “ABA PAPA” y’umugwi “Les JUMEAUX MUSIC “yabugururiye imiryango yukwinziza akanoti biciye muri KARAOKE.

Date:

Related stories

Perezida Kagame asaba abashakanye kwihangana, agaragaza ingaruka z’isenyuka ry’imiryango ku gihugu

  Perezida Paul Kagame, yagaragaje ko atumva uburyo abantu babiri...

Uganda: Allan Kasujja yagizwe umwe mu bayobozi bakuru ba Leta

  Perezida wa Uganda, Yoweri Kaguta Museveni, yagize umunyamakuru w’inararibonye...
spot_imgspot_img

Indirimbo “ABA PAPA” y’umugwi “Les JUMEAUX MUSIC “yabugururiye imiryango yukwinziza akanoti biciye muri KARAOKE.

Ivyo Mr Polite na N-Blez basanzwe bagize umurwi les JUMEAUX MUSIC babivuze inyuma yaho basohoreye indirimbo yabo nshasha bise “ABA PAPA “babishikirize inyuma yaho heze imisi cumi 16 iyo ndirimbo yabo igiye ahabona kurubugwa rwabo rwa youtube.

Bagize bati “indirimbo yacu ariyo yanyu “ABA PAPA “yatwongereje abafana benshi baza kwivuna akanyota aho dusanzwe tuvugiriza Karaoké “Kamenge:Gituro 2 Av, n°1″.Ubu rero biciye muri KARAOKE turabeshejeho imiryango yacu neza kandi tukigisha nabana kumashure meza yaha mu Gisagara ca Bujumbura. ”

Mwomenyako Mr Polite na N-Blez basanzwe barangije amashure ya kaminuza kuri kaminuza y’Uburundi mu bisata vy’ubwubatsi na politike.

Latest stories

spot_img

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here