30 C
Africa
Dinsdag, Desember 16, 2025
HomeTagsBurundi

Tag: Burundi

spot_img

Adriyano Sibomana asaba Leta ko yokwemerera urwego rw’abashinganatahe kwongera gukora

Nk’uko biri mw’ikete yandikiye umushikiranganji w’ubutegetsi bw’imbere mu gihugu ku wa 8 Gicyurasi 2023 ariko rija ahabona ku wa 21 uku kwezi, Adriyano Sibomana...

Burundi: Polisi yafashe  umugabo yahora yigira umukobwa kugira ngo yibe abantu

Ibiro vya polisi vyo mu ntara ya Kayanza mu majyaruguru y’Uburundi, yaraye imenyesheje kuri uyu w’Imana italiki ya 20 Rusama 2023, ko hari umugabo...

 Drama-T , Double -Jay Once Again boba bagiye kubukura mucibo muruyumwaka wa 2023.

Amakuru dufise yemezako abaririmvyi Drama-T na Double -Jay baraye bahamagawe muco bise Caravane :Bujumbura-Bururi-Rutana-Gitega-Muramvya-Bugarama ciswe"Map Tours and Travels"kizoba guhera kwigenekerezo rya 8 gushika igenekerezo...

Burundi: Umugwi w’umupira w’abigeme “Buja Queens “waraye usinyishije umukinyi wayo mushasha yamuka mu gihugu ca Uganda.

Amakuru dufise yemezako, inyuma yaho batahukaniye igikombe ciririwe LUMITEL WOMEN'S LEAGUE ,baciye bafata iyambere kugira bubake umugwi kukwego mpuza mahanga kugira baze bashobore guserukira...

Abacuraranzi barenga ijana nibo Umugwi”LES JUMEAUX MUSIC umaze kuramura kuva mumwaka wa 2013.

"Mr Polite na N-Blez"bamenyekanye cane kundirimbo zitandukanye nka "KANZIZA ""MAMA ",ndetse no kundirimbo "ABAPAPA "iriko ivuzwa cane n'amasamirizi atandukanye yaha i Burundi ngobarishimira cane...

Burundi : Umurwi wa mbere w’abakozi b’abimukira bagiye gukora mu bihugu vy’abarabu wafashe indege kuri uyu wa gatatu

Umurwi wa mbere w’abakozi b’abimukira bagiye gukorera mu bihugu vy’abarabu mu buryo bwemewe n’amategeko wafashe indege kuri uyu wa gatatu italiki ya 17 Gicyurasi...

Indirimbo “ABA PAPA” y’umugwi “Les JUMEAUX MUSIC “yabugururiye imiryango yukwinziza akanoti biciye muri KARAOKE.

Indirimbo "ABA PAPA" y'umugwi "Les JUMEAUX MUSIC "yabugururiye imiryango yukwinziza akanoti biciye muri KARAOKE. Ivyo Mr Polite na N-Blez basanzwe bagize umurwi les JUMEAUX MUSIC...

Subscribe

- Never miss a story with notifications

- Gain full access to our premium content

- Browse free from up to 5 devices at once

Must read

spot_img