27.1 C
Africa
Saterdag, Desember 20, 2025

Amakuru

spot_imgspot_img

Umugwi wabavuza ingoma witwa “AMAGABA “ngugiye kwitabira “Festival Gnaoua 2023 au Maroc”.

Amakuru dukura kubayoboye uwo mugwi nuko umurisho w'ingoma z'iburundi wamaze kuganza mu birori bitandukanye muri Africa ,ngwinyuma yaho UNESCO ishize Umurisho w'ingoma z'Uburundi mu...

Abategura ihiganwa Miss Burundi 2023 baraye bashize ahabona abakobwa 11 bagiye kubandanya mu gice nyuma

Sultan Suleman Uwamahoro ahagarariye integuro z’ihiganwa ry’umukobwa mwiza kandi aciye ubwenge Miss Burundi muri uyu mwaka wa 2023, yaraye ashize ahabona amazina 11 y’abakobwa...

Adriyano Sibomana asaba Leta ko yokwemerera urwego rw’abashinganatahe kwongera gukora

Nk’uko biri mw’ikete yandikiye umushikiranganji w’ubutegetsi bw’imbere mu gihugu ku wa 8 Gicyurasi 2023 ariko rija ahabona ku wa 21 uku kwezi, Adriyano Sibomana...

Burundi: Polisi yafashe  umugabo yahora yigira umukobwa kugira ngo yibe abantu

Ibiro vya polisi vyo mu ntara ya Kayanza mu majyaruguru y’Uburundi, yaraye imenyesheje kuri uyu w’Imana italiki ya 20 Rusama 2023, ko hari umugabo...

Umugabo yagiye gucyura umugore we yitwaje inyundo, azanye imirwano Sebukwe amutema umutwe

Ruhango: Umugabo wo mu Murenge wa Mwendo, mu gucyura umugore we, yagiye yitwaje inyundo n’akajerekani ka essence, ahageze ashaka kurwana, Sebukwe amutema mu mutwe. Nteziryayo...

Rwanda: Abaturage bageneye abayobozi b’Akarere ka Kamonyi ubutumwa nyuma y’ahantu hakomeje gutwara ubuzima bw’abantu

Biravugwa ko abatuye hafi n’abagenda ku kiraro cya Kayumbu giherereye mu Murenge wa Musambira mu Karere ka Kamonyi ku muhanda Kigali- Huye- Akanyaru, bavuga...

Congo: Ishyaka ritavuga rumwe n’ubutegetsi mu byigaragambyo ikomeye k’ubuzima buhenze

“Urugendo turwanya ubuzima buhenze” , uru rugendo rukaba rwakorewe iKinshasa kuri uyu wa gatandatu tariki ya 20 aho abaturage bari baherekejwe na Polisi .uru...

Subscribe

- Never miss a story with notifications

- Gain full access to our premium content

- Browse free from up to 5 devices at once

Must read

spot_img