25.7 C
Africa
Donderdag, Februarie 5, 2026

Amakuru

spot_imgspot_img

Rwanda : Hagaragaye igabanuka rikomeye ku madini ya Gikristu

Ibarura ryerekana ko n’ubwo muri rusange umubare w’abakristu ugenda wiyongera, ariko byumwihariko kiliziya gatolika yatakaje abagera kuri 4% . Abakristu Gatolika ubu barabarirwa kuri 40%...

 Drama-T , Double -Jay Once Again boba bagiye kubukura mucibo muruyumwaka wa 2023.

Amakuru dufise yemezako abaririmvyi Drama-T na Double -Jay baraye bahamagawe muco bise Caravane :Bujumbura-Bururi-Rutana-Gitega-Muramvya-Bugarama ciswe"Map Tours and Travels"kizoba guhera kwigenekerezo rya 8 gushika igenekerezo...

Burundi: Umugwi w’umupira w’abigeme “Buja Queens “waraye usinyishije umukinyi wayo mushasha yamuka mu gihugu ca Uganda.

Amakuru dufise yemezako, inyuma yaho batahukaniye igikombe ciririwe LUMITEL WOMEN'S LEAGUE ,baciye bafata iyambere kugira bubake umugwi kukwego mpuza mahanga kugira baze bashobore guserukira...

Karongi : Abaturage bari kurira ayo kwarika nyuma yo guterwa na kirabiranya

Abahinga inyanya mu buryo bwa kijyambere bo mu Murenge wa Rubengera mu Karere ka Karongi, baravuga ko igihingwa cyabo kibasiwe n’indwara ya kirabiranya yaburiwe...

Mu karere ka Rubavu ; Abayobozi 2 baravugwaho gusaba amafaranga abagizweho ingaruka n’ibiza

Ku wa Kane, Urwego rw’Igihugu rw’Ubugenzacyaha, rwataye muri yombi umuyobozi wungirije w’Akagari ka Kabirizi, n’Umuyobozi w’Umudugudu wa Nyamyiri, bakekwaho kwaka amafaranga abagizweho ingaruka n’ibiza. Aba...

Abacuraranzi barenga ijana nibo Umugwi”LES JUMEAUX MUSIC umaze kuramura kuva mumwaka wa 2013.

"Mr Polite na N-Blez"bamenyekanye cane kundirimbo zitandukanye nka "KANZIZA ""MAMA ",ndetse no kundirimbo "ABAPAPA "iriko ivuzwa cane n'amasamirizi atandukanye yaha i Burundi ngobarishimira cane...

Biratangaje! Kigali umusore w’imyaka 32 ashyize hanze amazina y’abapadiri n’abapasitori babatinganyi nyuma yaho ibendera ryabo rizamuriwe >>Inkuru irambuye

Bavuga ko ari abatinganyi mu Rwanda ari benshi Ku bwabo ngo kungo eshatu rumwe ruba rurimo umutinganyi Ngo nabo barasenga bakanasoma imirongo ibahumuriza...

Subscribe

- Never miss a story with notifications

- Gain full access to our premium content

- Browse free from up to 5 devices at once

Must read

spot_img